ABUDULI AZAIZA MPAWENAYO YAVUTSE RYARI? Yavutse umwaka 2019 Itariki 17 ukwezi kwa 5 Isaha 14:36 yavukanye ibiro 3.5kg Ntiyagorne gusa nyina yamwirirwanye umusi wose amubungenze ibise aribisa,Ise wuwo mwana niwe MPAWENAYO AZAIZA uwo ubana nawe ni ninyina kuru wiwe yitwa Nsabiyumva Asha. Izina ryiza ryimigisha kurinje niwe mama wanje amvyara sekuru wiwe wanyawe ba mwita Hamisi Shabani Kayaya…

Abuduli Azaiza and Bibi yake

Uwo niwe navuga niwe Rukundo ryanje niwe mwana wanje azwi na mategeko

Nzokubwira vyishi bijanye nawe uko azogenda arakura ,

  • Uyomuhungu ubona ntariz ngurabe ararira nyina ntakiryama nyina bamwita Sauda Azaiza.
    Uyomuhungu uba yavukiye mukambi yi Nyarugusu
    Inkambi yi mpunz za barundi na ba kongoman